Ku rupapuro rw'ibirimwo

Karangura y'igenekerezo ni inyubako iri imbere y'iryungane ikanarisigura. Yereknana ikintu kimwe nk'ayandi majambo. Iyo karangura isigura mu bisanzwe agace k'iryungane kari imbere, ariko karigenga mu ryungane. Mu mvugo, iyo ndangurakintu yerekanwa n'akaruhuko imbere n'inyuma y'ako kajambo. Mu nyandiko, bakoresha udukwabu.

Karangura y'igenekerezo ifise igikorwa kimwe mu ryungane n'agace kari mbere yayo. mu gihe ako gace kari imbere gaherezwa na -N ya rwitirirwa Karangura y'igenekerezo nayo nyene itegerezwa gufita ako gasozo.

  • Karlo, nia prezidanto, prezentis Petron, la novan sekretarion. - Karori, umukuru mushasha wacu, yarerekanye Petero, umunyamabanga mushasha.

    Karlo na nia prezidanto ni rukozi, zerekana umuntu umwe. Petro na la nova sekretario ni karangura zerekana ikintu kimwe.

  • Tie mi renkontis Vilĉjon, mian edzon. - Aha niho twahuruye na Willy, umugabo wanje.
  • La diablo lin prenu, la sentaŭgulon! - Aragapfa, uyo muyobe!
  • La koko, trumpetisto de l' mateno, per sia laŭta, forta, hela voĉo el dormo vekas dion de la tago. - inkoko, umunyamwironge wo mu gitondo, ikoresheje ijwi ryayo ryiza, ituma abantu bose bakanguka bakaja ku mirimo.
  • Li prelegis pri Hitlero, la fondinto de la naziismo. - Yakoze ikiganiro kuri Hitler, uwatanguje umugambwe NAZI

    dushobora kuvuga

  • Ni esprimas nian koran dankon al sinjoro Schleyer, la unua kaj plej energia pioniro de la ideo de neŭtrala lingvo internacia. - Turashimiye cane umushingantahe Schleyer, umuntu wa mbere w'inkerebutsi mu mu vyiyumviro vyindimi mpuzamakungu.

    dushobora kuvuga

Rimwe na rimwe bakoresha nome, tio estas canke imvugo ishaka kumera nk'iyo.

  • Mi renkontis mian malamikon, nome la mortiginton de mia patro. - Narahuye n'umwansi wanje, narataziriye uwishe data
  • Hodiaŭ mi ricevis duoblan pagon, tio estas cent dolarojn. - Uno munsi naronse amahera menshi cane, nshatse kuvuga amadorari ijana

    Ukumira indome muri Tio estas: mi ricevis cent dolarojn.

Ntimwitiranye karangura y'igenekerezo na karangura y'izina. Karangura y'izina irashobora gusa na karangura y'igenekerezo ariko ntiyigera ifata agasozo -N canke ikindi kintu kikerekana. Gereranya aya mungane akurikira.

  • Iuj asertis, ke ili vidis eĉ profesoron, Paŭlon Jenkins. - Abandi bavuga ko babonye mbere uyo mwigisha, Paul Jenkins.

    ibitangaje nuko babonye uyo mwigisha. Bongerako kandi ko ari Paul Jenkins babonye. Paŭlo Jenkins ni karangura y'igenekerezo.

  • Iuj asertis, ke ili vidis eĉ profesoron Paŭlo Jenkins. - Benshi baremeza ko banabonye umwigisha Paul Jenkins.

    igitangaje nuko babonye vyukuri Paul Jenkins (umwigisha). Paŭlo Jenkins ni karangura y'izina profesoron. Profesoron Paŭlo Jenkins = tiun profesoron, kiu nomiĝas Paŭlo Jenkins.

Ntimwitiranye kandi karangura y'izina n'imvugo iri muri rwitirirwa idashobora kuronka icerekana igikorwa : Sidigu vin, sinjoro! Vin na sinjoro yerekana umuntu umwe rudende, ariko vin ni karangura sinjoro nayo ni rwitirirwa.

2}Ĉiu(j), ambaŭ na ĉio muri karangnura y'izina

Ĉiu(j), ambaŭ na ĉio zishobora kuba karangura z'amazina zidondora izina canke insigarirazina ngereka muvugwa. Mu gihe izina canke insigarirazina zifise agasozo –N, iyo karangura y'izina nayo nyene itegerezwa kuronka ako gasozo (kiretse ambaŭ, itigera ironka agasozo -N). Ubwo bwoko bwa karangura ntiseruka buri munsi mu gice ca mbere c'iryungane, ariko rimwe na rimwekure mu ryungane :

  • Ni ĉiuj legas. = Ni legas. Ĉiuj (el ni) legas. - Twebwe twese dusome. = umwe umwe wese muri twebwe nasome.
  • Ili ĉiuj sidas silente kaj skribas. = Ili sidas. Ĉiuj (el ili) sidas. - Bo bosee bari bicaye batekereje kandi bandika. = Bari bicaye, Umwe umwe muri bo yari yicaye.
  • Ŝi vidis, kiel la cikonioj forflugis, ĉiu aparte. = La cikonioj forflugis. Ĉiu unuopa cikonio forflugis aparte. - Yarabonye ingene inkona zagurutse, iimwe imwe ukwayo. = Inkona zaragurutse. Inkona imwe imwe yose yaragurutse.
  • La kolonoj havis ĉiu la alton de dek ok ulnoj. Ĉiu unuopa kolono estis tiel alta. - Amahembe rimwe ryose ryari rifise uburebure bwa metero cumi n'umunani. Ihembe ryose ritandukanye ryafatanwa ubwo burebure.
  • Vin ĉiujn mi kore salutas. = Mi salutas vin. Mi salutas ĉiujn (el vi). - Mwebwe mwese, ndabaramukije. = Ndabaramukije. Ndamukije umwe wese muri mwebwe.
  • Ili ambaŭ estis bonaj homoj. = Ili estis bonaj homoj. Ambaŭ (el ili) estis bonaj homoj. - Bompi uko ari babiri bari abantu beza. = Bari abantu beza. Umwe wese muri babiri yari umuntu mwiza.
  • Tio estas ĉio tre bona. = Tio estas tre bona. Ĉio (el tio) estas tre bona. - Vyose ni vyiza cane. = Ni vyiza. Vyose ngaha ni vyiza cane.

Ukubangikanya.

Ukubangikanya ni inyubako ya karangura y'igenekerezo. Mu rubangikane, bwinshi (akenshi bibiri) amajambo y'ubwoko bumwe arakorana kugirango asigure ikintu kanaka. Amajambo y'ukubangikanya akenshi mu mwanya agira ijambo rigerekeranije. Bayavuga ata kuruhuka kandi hari n'akamenyero ko kuyandika hamwe harimwo n'akarongo kayahuza. mubisanzwe bayafata nk'amajambo atandukanye.

  • Pluraj ŝtatoj-membroj informis pri sia preteco ampleksigi la instruadon de Esperanto. = ...ŝtatoj, kiuj estas membroj [de UNESKO]... - Ibihugu vyinshi vyaramenyesheje ko bifise integuro yo guteza imbere inyigisho y'iki Esperanto.= .... ibihugu bigize [de l’UNESCO]…

    Bitayeko ŝtatoj na membroj bifise agasozo - J kanatsinda ni amajambo abiri yigenga.

  • La Franca flago estas blua-blanka-ruĝa. - Ibendera ry'abafaransa risa n'ubururu - rirera - riratukura.

    Birashoboka kuvuga blua, blanka kaj ruĝa, ariko inyubako igerekeranije yerekana ko ari uruvangatirane rw'mabara asanzwe azwi.

  • La fotoj ne estis koloraj, sed nigraj-blankaj. - Amafoto ntiyarafise ibara, ahubwo yarirabura.

    Birashoboka no kuvuganigraj kaj blankaj, ariko nigraj-blankaj inshimika igikorwa kitaboneka ugereranije koloraj. Bivana n'ubwoko bw'ifoto.

  • Kio estos, tio estos, mi provos trafe-maltrafe. = ...mi provos, ĉu trafe, ĉu maltrafe, laŭ ŝanco. - Ikiba, kizoba,nzogerageza ntamenya canke menya.
  • Vole-ne-vole li devis konsenti. = Ĉu vole, ĉu ne-vole, li devis konsenti. - Avyanka avyemera, ategerezwa kuvyemera.
  • Pli-malpli unu horon poste Marta eniris en sian ĉambreton en la mansardo. = Proksimume unu horon poste... - Nimiburiburi isaha imwe imbere, Marta yinjira mu cumba ciwe = Nk'isaha irenga.

    Akenshi birashoboka kuvuga co kimwe pli aŭ malpli, ariko ivyo ntibifise neza na neza insiguro imwe nka proksimume.

Karangura y'igenekerezo igira ico ivuze.

Akenshi, Barakoresha ibice vy'amungane bidasigura kimwe, ariko vyongerako ukudondora. Akenshi, urasanga ari ikibanza aho ikintu kiri canke kivuye. Ubwo bwoko bwa karangura y'igenekerezo ntibwigera bufita agasozo - N. Birashoboka kugumya ubwo bwoko bwa karangura y'igenekerezo nk'ijambo rivuga muri make.

  • Prelegis interalie profesoro Kiselman, Svedujo. = ...Kiselman, kiu venas el Svedujo. - Yatanze ijambomu barimu muri bo Kiselman, wo muri Suwede. = …Kiselman, ava muri Suwede.

    Dushobora kuvuga kandi

  • Ni vizitis Tokion, Japanujo. = ...Tokion, kiu troviĝas en Japanujo. - Twaragiye muri Tokyo, Japon = …Tokyo, iri muri Japon.

    canke

Subira ku ntango