Ku rupapuro rw'ibirimwo

Hakoreshwa igenwa (ata ndongorazina, ata yagiriza ihereza) ku bikorwa bikurukira.

Rukozi

Rukozi ni iyikora igikorwa cerekanwa n'umurwi w'amazina. Imisi yose rukozi ari izina.

  • La patro donis al mi dolĉan pomon. - Umu papa yampaye icamwa gisosa.
  • Ili promenadis. - Baritemberera.
  • La soldato pafis. - Umusoda ararasa.
  • Subite granda hundo alsaltis el inter la arbetaĵoj. - Ubwo nyene imbwa nini iraza isimbaguriba mu biti.
  • Ĉu vi aŭdis jam tiun historion? - Uramaze kwumva iyi nkuru?
  • La folioj faladis de la arboj. - Amababi ahunguruka ava ku biti.
  • Tio surprizis min. - Ivyo vyanshikiye giturumbuka.
  • Estis iam malgranda knabino. - Hari mu myaka umukobwa muto.
  • Mankas al mi nenio. - Nta na kimwe ndamubuzeko.
  • Ŝi estas tre maljuna. - Arashaje cane.

Akamirarudome.

utwamugina twerekana uwugenewe ico bavuze. Uwo berekezako ico bavuze aravuga nawe kugira ngo yerekane amakenga yiwe.Uwuvuga aritandukanya n'ibindi bice vy'iryungane bakoresheje udukwabu, twamugina twiyitirira ikintu canke umuntu.

  • Elizabeto, ĉu vi scias, kie la hundo estas? - Rizabeti, urazi aho imbwa iri?
  • Mi konstatis, kara Petro, ke vi ne estis en la lernejo hodiaŭ. - Narabonye neza, umugenzi Petero, ko uno musi atari kw'ishure.
  • Mi deziras al vi bonan tagon, sinjoro! - Ndabipfurije umusi mwiza, Mushingantahe.
  • Estimata prezidanto, mi ŝatus fari jenan proponon. - Mushingantahe mukuru, nagomba gushikiriza iki ciyumviro gikurikira.

Izina rya karangura ry'uruharo.

Umurwi w'izina urashoboye kuba ufise karangura y'uruharo yerekana umwidondoro wico userukira, kandi mu bisanzwe ari izina riranga ico riba risubiriye. Imisi yose izina karangura ry'uruharo rikurikira izina kandi ritegerezwa kuba ari izina.

  • Tio estis en la monato Majo. - Hari mu kwezi kwa Rusama.

    Ukwezi kwitwa «Majo» (Rusama). Majo ni karangura y'ijambo ry'uruharo monato.

  • Ni vizitis la urbon Seulo. - Twaratemberereye mu gisagara ca [de]Séoul.
  • La ĉefurbo de Britio estas Londono, sed ankaŭ en Kanado kaj Usono oni havas urbojn Londono. - Umurwamukuru w'igihugu c'ubwongereza ni Londres, ariko Kanada na Reta zunze ubumwe za Amerika navyo nyene birafife ibisagara vyitwa Londres.
  • Sinjoro Petro kaj lia edzino tre amas miajn infanojn. - Umushingantahe Petero n'umupfasoni wiwe barakunda abana banje.

Akenshi barakunda gushira kiu nomiĝas (bayita) imbere ya karangura y'izina ry'uruharo  :monato, kiu nomiĝas Majo; urbon, kiu nomiĝas Seulo; urbojn, kiuj nomiĝas Londono.

Ntimukoreshe indongora imbere ya karangura y'izina. Ni yo yonyene aba ariyo.

Tugereranye izina ry'uruharo na karangura y'izina.

Karangura y'inshozi

Karangura y'inshozi ni igice c'iryungane cerekana rukozi canke karangura gifatanijwe umurwi w'amavuga. Mubisanzwe karangura y'inshozi itegerezwa kuba ari amazina.

Karangura y'inshozi

Irivuga esti (kuba) ni irivuga rya mbere rihuza kandi rikadondora rukozi. Ayandi mavuga yo muri ubwo bwoko nk'akarorero ni/ (far)iĝi, ŝajni, montriĝi na nomiĝi

Akenshi karangura y'inshozi ni ingereka (canke umurwi w'ingereka) canke icice c'ingereka.

  • Ŝi estis terure malbela. - Yari ikigugu giteye ubwoba.

    Terure malbela zitanga idondorwa rya ŝi.Idodorwa rigirwa hakoreshejwe irivuga estis.

  • La patro estas sana. - Umu papa afise ubuzima bwiza.

    {1 } ubuzima bwiza idondora umu papa .

  • La dentoj de leono estas akraj. - Amenyo y'intare arasongoye.
  • Ili fariĝis trankvilaj. - Barahindutse agbitonda.
  • La juna vidvino fariĝis denove fianĉino. - Umuyabaga w'umusirwa yahindutse umukunzi mushasha.
  • Ŝi aspektis kolera. - Yarameze nk'uwushavuye.

    Na aspekti Baca bakoresha akenshi intumbuzi z'ukugene ha gukoresha karangura y'inshozi: En la novaj vestoj ŝi aspektis tiel elegante kaj bele. (Mu vyambarwa bishasha, aboneka ko anezerewe nka mwiza.)

  • Ordinare li ne estas tia. - Nkuko bisanzwe ntibimeze uku.

    Igice c'ingereka tia kidondora rukozi li gihujwe na estas.

Karangura y'inshozi irashoboye no kuba umurwi w'mazina ku mazina

  • Leono estas besto. - Intambwe ni igikoko.

    Besto umwanya umwe isigura leono.

  • Januaro estas la unua monato de la jaro. - Nzero ni ukwezi kwa mbere kw'umwaka.
  • Mi scias, kio mi estas. - Ndazi ico ndi
  • Mia frato fariĝos doktoro. - Umuvukanyi wanje azoba Muganga.

Karangura y'inshozi irashoboye no kuba umurwi w'izina utangurwa n'indongorazina. Ubwo bwoko budondora bwerekana ubwiza, inyifato y'ikintu. Birashoboka guhindura idondorwa yubwo bwoko mu nsigarirazina.

  • Li estas hodiaŭ en kolera humoro. = Li estas hodiaŭ kolerhumora. - Uno musi arashavuye.
  • Ili estas de la sama speco. = Ili estas samspecaj. - Bari mu bwoko bumwe.

Bakoresha intumbuzi nka karangura y'inshozi mu kibanza c'ingereka mu gihe rukozi biri kumwe ari irivuga ridahadikirije canke ari karangura y'igenekerezo.

  • Resti kun leono estas danĝere. - Birateye ubwoba kugumana n'ingwe.
  • Estas pli bone, ke ni tie ĉi manĝu kaj iru en la urbon vespere. - Ni vyiza ko dufungurira ngaha hanyuma tukagenda mu gisagara ku muhingamo.

Harakoreshwa n'intumbuzi ha gukoresha insigarirazina mu gihe rukozi atayihari. Muri ico gihe karangura y'inshozi ica yerekana uko ikintu kimeze muri rusangi.

  • Estis al mi tiel terure! - Cari iciwanje giteye ubwoba!

    Estis terure idondora ikintu ukuntu kimeze muri rusangi.

  • Ĉu hodiaŭ estas varmemalvarme? - Uno musi harashushe canke harakanye ?

Mu gihe rukozi ari izina canke insigarirazina itumvikana, hategerezwa gukoreshwa inyubako y'ingereka.La mastro traktis min tre bone, kaj estis tre afabla. = ...kaj li estis tre afabla. Estu kuraĝa! = Vi estu kuraĝa!

Karangura y'inshozi

Amavuga amwe amwe arashobora gukoreshwa mu guhuza idondora na karangura. Na ho inshozi zidondora karangura, ntizishobora kuba zifise agasozo -N.

  • Vi farbas la domon ruĝan. (= Vi farbas la ruĝan domon.) - Vi farbas la domon ruĝan. (Usiga inzu itukura.) = Usiga inzu, imaze kuba itukura.

    Ruĝan iri aha karangura isigura ya la domon. = Vi farbas tiun domon, kiu jam estas ruĝa. (Usiga inzu, imaze kuba itukura.). Ntibavuga irangi iza kuba.

  • Vi farbas la domon ruĝa. = Vi farbas la domon tiel, ke ĝi fariĝas ruĝa. - Vi farbas la domon ruĝa. (Usiga inzu itukura). = Usiga inzu, yamaze gutukura.

    Ruĝa ni umurwi w'amazina ya la domon, rero umurwi w'amazina ya karangura. Irangi ritukura riboneka inyuma y'igikorwa co gusiga. (farbi). Ntibavuga irangi iyo nzu yarifise imbere yo gusiga. (Birashoboka no kuvuga  : Vi farbas ruĝa la domon.. Ariko ntibishoboka kuvuga  : Vi farbas la ruĝa domon.)

Umurwi w'amazina ya karangura irashoboye kuba insigarirazina canke igice c'ingereka.

  • Ĉu vi farbos vian ruĝan domon verda? - Mwoba mugiye gusiga inzu yanyu itukura ikaba iyisa n'urwatsi rutoto?
  • Ne, ni preferas ĝin flava. = Ne, ni preferas, ke ĝi estu flava. - Oyaye, dushaka iyisa n'umuhondo. = Oyaye, dushaka ko isa n'umuhondo.
  • Ŝi trovis la Francajn vinojn tre bonaj. = Ŝi trovis, ke ili estas tre bonaj. - Yararonse imivinyu yo mu bufaransa imeze neza. = Basanze imeze neza.
  • Neniam mi vidis lin tia. = Neniam mi vidis, ke li estas tia. - Sindigera ndamubona nkuku.= Sindigera ndamubona ko ameze uko.
  • La ĝojo kaj surprizo faris lin muta! - Umunezero n'ivyashitse giturumbuka vyamuhinduye umuragi!

Akenshi iryo dondora rimeze nk'ingereka yishura ku kibazo «  ryari; », yerekana ingene ikintu kimeze itavana n'igikorwa c'izina. Harashoboye rero gukoreshwa incuro.

  • Ni lin trovis malvivan. = Ni lin trovis, kiam li estis malviva. - Twamusanze yapfuye.= Twamutoye mu gihe yari yamaze gupfa.

    N ya malvivan irashoboye gutanga umuco mu ryungane, ariko birashoboka no kuyirengagiza. Ata gasozo N, Insiguro irashoboye no kuba  : Twamusanze na twasanze yaramaze gupfa.

  • Mi ŝatas la matenmanĝajn ovojn malmolaj(n). = Mi ŝatas la matenmanĝajn ovojn, kiam ili estas malmolaj. Mi ŝatas, ke la matenmanĝaj ovoj estu malmolaj.

    - Ndakunda icayi c'amagi agumye. Ndakunda icayi c'amagi mu gihe aba agumye. Ndakunda amagi y'icayi aba agumye. Bamwe barakoresha N mu bwoko bw'amungane. Abandi bahitamwo gukoresha ingereka ata N. Ubudasa bw'insiguro ntabubaho.

Umurwi w'amazika ya karangura ishoboye kuba umurwi w'izina mu mazina.

  • Mi elektis lin prezidanto. = Mi elektis lin, ke li estu prezidanto. - Naramutoye umurongozi.= Naramutoye kugirango abe umurongozi.
  • Vin mi volas fari mia edzo! = Mi volas fari tiel, ke vi estos mia edzo. - Ngomba kuguhindura umugabo wanje! = Ngomba kuguhindura ku buryo uba umugabo wanje.
  • Ĉemizojn, kolumojn, manumojn kaj ceterajn similajn objektojn ni nomas tolaĵo. - Bavuga amashati, ibice vyo kw'izosi, ibikonjo n'ibindi bintu nkivyo vy'impuzu.

Ayandi mavug, birashoboka gukoresha akajambo nka kiel : Ili elektis ŝin kiel kasiston.

Akenshi, umurwiutangurwa n'indongorazinaurashobora kuba karangura y'inshozi ya karangura.

  • Ŝi lin trovas laŭ sia gusto. = Ŝi trovas, ke li estas laŭ ŝia gusto. - Yagisanganye akanovera kaco.= Yasanze cari gifise akanovera kaco.
  • Mi preferas ĝin sen sukero. - Ndacipfuza ata sukare.

Mu gihe ico kintu ari irivuga ridahadikirije canke iciyumviro atari ngenderwako, hakoreshwa intumbuzi nka karangura y'inshozi. Akenshi ivyo biba n'amavuga opinii na trovi (mu ntumbero yo kwibaza ko ikintu ari iki canke kiriya).

  • Ili trovis saĝe forkuri. - Basanze vyoba vyiza guhunga.

    (Bibajije ko vyiza vyoba guhunga.)

  • Mi opinias taŭge, ke Petro faru la tutan laboron sola. - Nibaza ko Petro bimikwiriye gukora igikorwa we nyene.

    (Nibajije ukuntu Petro yakora igikorwa we nyene ari ikintu ciza cane.)

Menya : Ku zindi ndimburo, utegerezwa gukoresha ingereka mu bwoko bw'iryungane, kuko biymvira ko intumbuzi ishobora kwumvikana nabi kandi ifatwa nkuko ari intumbuzi y'ukugene.

Uguhinyuza

Mu gihe udidanya hagati ya karangura y'inshozi n'umurwi w'amazina, ushoboye gusubiriza kanangura n'insigarirazina (lin, ŝin, ĝin, ilin, n'ibindi.). Ushoboye kuca uronka iciyumviro co gukuraho ico kintu, kuko asanzwe ari ikintu. Haca haboneka iciyumviro co kubika karangura y'inshozi ari ikintu cigenda, gikenewe mu nsiguro y'iryungane  : Ĉu vi farbas la domon ruĝan?Ĉu vi farbas ĝin? Ruĝan ni karangura y'inshozi . Ĉu vi farbas la domon ruĝa?Ĉu vi farbas ĝin ruĝa? Ruĝa ni karangura y'igenekerezo.

Subira ku ntango