Ku rupapuro rw'ibirimwo

Pli, plej

Mu kwerekana urugero rwo kugereranya bakoresha pli na plej, zidondora neza insigarirazina n'intumbuzi, harimwo kandi n'ayandi majambo.

Pli

pli yerekana ubwiza, ukugene inyifato, n'ibindi kugereranya bisumba ikindi kintu bagereranya. Mu kwerekana mu kwerekana ikintu pli gisumba, bakoresha igice Ol.

  • La papero estas tre blanka, sed la neĝo estas pli blanka. - Urupapuro rurera cane, ariko urubura rurera gusumba

    Ukwera kw'urubura gusumba urw'urupapuro.

  • Mi havas pli freŝan panon, ol vi. - Ndafise umukate umeze neza gusumba uwiwawe.

    Ubwiza bw'umukate wiwanje busumba ubwiza umukate wawe.

  • Nu, iru pli rapide! - Ubu, bigiye kunyaruka!

    Ubunyarutsi bwawe butegerezwa gusumba ubunyarutsi bwawe ufise ubu.

  • Du homoj povas pli multe fari ol unu. - Abantu babiri barashoboye gukora gusumba umwe.

    Ubwinshi bushoboye kugirwa n'abantu babiri busumba ubwinshi bushoboye kugirwa n'umuntu umwe.

  • Mia frato diris al Stefano, ke li amas lin pli, ol sin mem. - Mwenewacu yabwiye Stefano ko amukunda gusumba uko yikunda.

    Umuvukanyi arakunda Stefano na we nyene, ariko urukundo rwiwe ku bwa Stefano rusumba urukundo rwiwe we nyene.

  • Mieno lia montris pli suferon, sed ne koleron. - Ifoto yiwe yarakana ububabarebwinshi, atari ishavu.

    Ifoto yerekana ibintu vyinshi bitandukanye, ariko ububabare ni bwo umuntu abona gusumba.

  • Ĝi eĉ unu minuton pli ne povus elteni. Pli = pli longe. - Ntiyoshobora guhagarara n'umunuta n'umwe. Kera = kera cane
  • Restas ĉirkaŭ dek personoj, ne pli. Pli = pli multaj. - Hasigaye abantu bahakwa kungana icumi, ntabandi

ntimwitiranye pli n'agace plu kerekana igikorwa kibandanya kandi kimara umwanya munini. Plu ni agace kerekana igihe: Tenu ankaŭ plu ĝin en sekreto. = Ne ĉesu teni ĝin en sekreto. Daŭrigu teni ĝin en sekreto. Ni ne ĉesis labori, sed plu faris niajn taskojn. Mi plu amos vin ĝis la morto.

Pli yerekana umwanya mu gihe hari irindi jambo ry'igihe canke mu gihe itumvikana gusa

  • Li rakontis plu. = Li daŭrigis sian rakontadon. - Yabandanije avuga = Yaravuze umwanya munini
  • Li rakontis pli. = Li rakontis pli multe da aferoj. - Yaravuze vyinshi = Yaravuze ibintu vyinshi
  • Li ne vivos plu. = Li ne vivos pli longe. - Ntazosubira kubaho = Ntazobaho igihe kirekire
  • Mi pensas, ke ĝi estos konstruata pli [longe] ol tri jarojn. - NIbaza ko itazokubakwa munsi y'ikiringo c'imyaka itatu

    ngaha, ntivyoroshe gukoresha plu kuko ikurikirwa n'agace karimwo ol, ako nako kakaba gasaba akandi gace pli canke irindi jambo risa n'ako.

Plej

Plej yerekana ubushobozi, ukugene, igikorwa, n'ibindi vyatanzwe canke

  • Aŭgusto estas mia plej amata filo. - Auguste ni umuhungu wanje mukuru

    Nta muhungu nkunda nka we.

  • Ŝi prenis la plej belan arĝentan vazon, kiu estis en la loĝejo. - Aca atora isakoshi ikozwe mu mujumbu ya mbere nziza yari mu nzu.

    nta yindi sakoshi ikozwe mu mujumbu yayirusha ubwiza

  • Li estas tre ekkolerema kaj ekscitiĝas ofte ĉe la plej malgranda bagatelo. - ararwaye cane korera ku buryo habaye n'akantu na gatoyi bica vyongerekana
  • Li ekaŭdis bruan tonon, kiu povis ektimigi la koron eĉ de plej kuraĝa viro. - aca yumva urwamo rwinshi rishobora no gutera ubwoba umugabo arinda cane.
  • Plej multe li amas, ke oni lin bone akceptu, ke la regalado estu bona. = Li plej amas, ke... - ico akunda kuruta nuko bomwakira neza, ishaka ryiwe rikorwe

mu kwerekana umurwi imvugo ikoresha plej yisunga, bakoresha indongorazina el : Ŝi estas la plej saĝa el ĉiuj, kiujn mi konas. turashobora kandi kwerekana ico imvugo irimwo plej yemeza dukoresheje en, sur, inter canke indongorazina yerekana igihe : Ĝi estas la plej alta montaro en Azio.

mu gihe ugereranije ibintu bibiri, ubudasa hagati ya la pli na la plej ntibugaruka. mu gihe ikintu kimwe gisumba ikindi, kiba gisumba ivyo bintu vyose uko ari bibiri.

  • Ĝi estas la pli bona el la du. = Ĝi estas la plej bona el la du. - Niwe abizi muri abo babiri

mu gihe dukoresheje la pli, tuba dufise ibintu bibiri gusa. ntibikenewe rero kwerekana « el la du » :

  • Ŝi estas la pli aĝa. = Ŝi estas la plej aĝa el la du. - Niwe afise imyaka myinshi = niwe afise imyaka myinshi muri abo babiri

ariko mu mvugo nyinshi, nta bintu bibiri bitegerezwa kubamwo: Ĉu tiu estas unu el viaj malpli aĝaj fratinoj? Ne, ŝi estas la pli aĝa. ni mushikanje umwe muri bashikanje benshi bansumvya imyaka

Biranashika abantu bakibaza ko bategerezwa gukorsha la pli mu kugereranya ibintu bibiri, bakibaza kandi ko muri ico gihe la plej atari yo. muri ubwo buryo bwose, ni vyiza cane gukoresha la pli.

Malpli, malplej

mu kugereranya, turashobora kandi gukoresha inyubako malpli et malplej :

  • Via pano estas malpli freŝa, ol mia....pli malfreŝa... - umukate wawe urakanye gusumba uwanje= ....uraryoshe gusumba.....
  • La amaso kuris malpli rapide ol la veturilo, kiu ruliĝis tre rapide....pli malrapide... - abantu biruka bukebuke gusumba umuduga= .....bukebuke cane.....
  • Ĝuste tie troviĝas unu loko, kiu, estante malplej facile komprenebla, malplej bone aperis en la traduko....plej malfacile... ...plej malbone... - gushika ngaha hariho uburyo butahuritse cane buboneka neza mu gusigura= ....bugoye cane......bubi cane....
  • Tiu estas la malplej taŭga el ĉiuj....plej maltaŭga... - niwe atahamenyereye gusumba bose = ...... mbere mu kutahamenyera.....
  • Li estas la malpli aĝa frato (el la du fratoj)....la pli juna... - afise imyaka mike (mu bahuhungu babiri) .... akiri muto....

Kenshi, turashobora guhindura integuza MAL- uko dushatse muri ubwo bwoko bw'amavuga, ariko hariho kenshi ubudasaa mu nyubako zitandukanye. ubudasa burashobora mbere kwibonekeza cane, igihinduka ubwa mbere ni igikorwa, ica kabiri ni igitutsi.

Kiel eble plej

imvugo kiel eble plej yerekana ugushaka kwo gukora ikintu ku rugero rwo hejuru. Yerekana ko tudategerezwa gukoresha uburyo bwose ngo dushike ku rugero rwo hejuru.

  • La vortaro devis havi amplekson kiel eble plej malgrandan. - kazinduzi yategerezwa kuba ngufi bishoboka.

    uko aba muto niko asa neza.

  • Diru kiel eble plej rapide, per kio mi povas esti utila al vi! - mbarira ningoga bishoboka ico noshobora kugufasha!

    koresha inguvu zawe zose

iyindi mpinduka ikunda gukoreshwa ni plejeble : Faru tion plejeble rapide!

Ntimwitiranye kiel eble plej na kiom eble (plej/pli), ifise ubudasa

  • Estas dezirinde ke ĉiuj uzu la novajn vortojn kiom eble egale. - Ni vyiza ko bose bokoresha amajambo mashasha mu buryo bukenewe cane.

    ubusumbasumbane buzokwama buriho

  • Mi kiom eble evitas tiun vorton. = Mi vere provas eviti tiun vorton, sed povas esti, ke tio ne ĉiam eblas. - Nirinda uko bishoboka kwose iryo jambo=ndashobora kwirinda iryo jambo ariko birashoboka ko bigorana.
  • Li devas — kiom tio estas ebla — uzi lingvon kiom eble plej neŭtralan. - ategerezwa uko bishoboka kwose ururimi ntahompagaze rushoboka

irindi hindagurika rifise ubudasa bw'urubibe ni laŭeble plej.

Kiel na ol

Hamwe n'utujambo kiel et ol turashobora kwerekana ico bagereranije. Muri ubwo buryo bw'ikreshwa, kiel na ol zirasa na indongorazina hamwe na sahwanya zisanganya. dushobora kuvuga ko yubaka akagwi kadasanzwe k'amajambo: utujambo two kugereranya.

hamwe na kiel baranganisha berekana iibintu bibiri bisa. Kiel ishobora gukoreshwa ifatanye n'agasahwanya karimwo TI- canke sama/same, ariko kenshi ubwo bwoko bw'ijambo ntibwumvikana cane.

  • Tiu ĉi malfreŝa pano estas malmola, kiel ŝtono. - Uyo mukate uragumye cane nk'ibuye.

    Ukuguma k'umukate gusa n'ukuguma kw'ibuye.

  • Ŝiaj okuloj estis kiel du steloj. = Ŝiaj okuloj similis al du steloj. - Amaso yiwe yari ameze nk'inyenyeri zibiri.= amaso yiwe yasa nk'inyenyeri.
  • Nia regimentestro estas por siaj soldatoj kiel bona patro. - Umukuru w'igisoda wacu ameze nka databukwe ku basoda biwe.
  • Mi ĝojas, ke vi havas tian saman opinion, kiel mi. - Ndaryohewe ko ufise iciyumviro nkanje.
  • Li estis kiel senviva. = Lia eco similis al senviveco. - Cari nkuko umenga ntabuzima gifise.= Uko caboneka casa nko kubura ubuzima.
  • Sentu vin tute kiel hejme. - Mwiyumwe nkuko muri iwanyu.
  • Diskuti kun li estas same senutile, kiel draŝi venton. - Guharira nawe ntibikenewe nko kuzungagizwa n'umuyaga.
  • Mi zorgas pri ŝi tiel, kiel mi zorgas pri mi mem. - Ndamwitaho nkuko na jewe ntiyibagira.
  • La afero ne estas tia, kiel oni pensas. - Igikorwa si nkuko ciyumvirwa.

Na ol haragirwa igereranywa ry'ukutangana ryerekana ukuntu ikintu gitandukanye. Ol mubisanzwe ikoreshwa na pli, malpli, malsama, malsame, alia canke alie :

  • Lakto estas pli nutra, ol vino. = Lakto malsimilas al vino laŭ la nutreco. - Amata aratanga ingaburo gusumvya umuvinyu. = Amata aratandukanye n'umuvinyu mu ngaburo.
  • Mi havas pli freŝan panon, ol vi. = Se oni komparas kun vi (kun la pano, kiun vi havas), mi havas pli freŝan panon. - Ndafise umukate umeze neza gusumvya wewe. = Ugereranije na wewe (ugereranije n'umukate ufise), ndafise umukate umeze neza.
  • Vi estas pli ol beleta, vi estas bela! - Usa neza cane; uri mwiza!
  • Ŝi estis ankoraŭ pli bela ol antaŭe. - Yari akiri mwiza nka mbere.
  • Pli bone ne fari, ol erari. - Nta kindi ciza co gukora atari kwihenda.
  • Ĝi estis al mi pli kara, ol mi povas diri. - Kuri jewe caraboneka cane gusumvya uko nobivuga.

harimwo preferi preferi (prefere, prefero, n'ibindi.), dushobora kwerekana ico tudashaka dukoresheje akajambo. Dukoresheje kandi irivuga ridahadikirije, dukoresha ol, rimwe na rimwe anstataŭ.

  • Tiam Dio inspiris al mi la ideon ekbruligi mian liton, prefere neniigi mian domon per fajro, ol permesi, ke la granda amaso da homoj mizere pereu. - Muri ico gihe Imana impumekeramwo iciyumviro co guturira igitanda canje, vyoba vyiza kugabanya inzu yanje ata na kimwe n'umuriro nko kurekurira umurwi munini w'abantu bahure n'ivyago.
  • Mia edzino preparas manĝojn, kiujn mi certe preferas al la manĝoj el la kuirejoj de la plej bonaj hoteloj. - Umufasha wanje ategura ibifungurwa
  • Li ne atentas la vizaĝon de princoj, kaj ne preferas riĉulon antaŭ malriĉulo. - Ntiyitwararika mu maso y'abaganwa kandi ntahitamwo kuba umutunzi imbere y'ugukena.
  • Preferos la morton ol la vivon ĉiuj restintoj. = ...ol elekti la vivon... - Abasigaye bose bazohitamwo urupfu haguhitamwo ubuzima = ... ha guhitamwo ubuzima...

    Ol yibonekeza nk'irivuga ridahadikirije ritumvikana. Ni co gituma hakoreshwa ol.

Kiel naol zikoreshwa hamwe mu kwerekana iharama y'igikorwa

Mugihe inyuma ya kiel yo kugereranya canke ol harimwo umurwi w'izina (canke insigarirazina) iterekana igikorwa, ukugereranya kwisunga rukozi rw'iryungane. Ikintu gitangurwa na kiel canke na ol ni ubwoko bwa rukozi mu ciyumviro bw'iryungane. Iryo jambo ritangurwa na kiel canke na ol irashoboye kuba ifise ikindi gikorwa mu ryungane itagira ikiyerekana, nk'akarorero karangura y'nshozi.

Mu gihe ijambo ryo kugereranya ritegerezwa kuba riri muri karangura, canke karangura y'inshozi, hategerezwa gukoreshwa ikiyerekana mu kwerekana ico kintu.

  • Mi elektis lin kiel prezidanto. - Naramuhisemwo nkuko ndi uwuserukira abandi.

    Iciyumviro kitibonekeza  : Prezidanto elektis lin.. Uwuserukira abandi ni jewe, rukozi rw'iryungane.

  • Mi elektis lin kiel prezidanton. - Namutoye nk'uwuserukira abandi.

    Iciyumviro kitibonekeza  : Mi elektis prezidanton. ni we yahindutse uwuserukira abandi, ikintu c'iryunagne.

  • Li amos sian landon pli ol ĉiuj aliaj landoj. (Ĉiuj aliaj landoj amos lian landon malpli.) - Azokunda igihugu ciwe gusumba uko akunda ibindi bihugu vyose. (Ibindi bihugu vyose azobikunda ntazobikunda nk'igihugu ciwe.)
  • Li amos sian landon pli ol ĉiujn aliajn landojn. (Li amos ĉiujn aliajn landojn malpli.) - Azokunda igihugu ciwe gusumba uko akunda ibindi bihugu vyose. (Ibindi bihugu vyose azobikunda ntazobikunda nk'igihugu ciwe.)
  • Tie la suno lumis multe pli hele ol ni. (Ni lumis malpli hele.) - Harya, izuba ryabonesha neza cane nka twe. (Tuzobibonesha buke).
  • Tie la suno lumis multe pli hele ol ĉe ni. (Ĉe ni la suno lumis malpli hele.) - Harya, izuba ribonesha neza cane nk'iwacu (Iwacu, izuba riraka ribonesha neza).
  • Li uzas Esperanton, kiel sekretan lingvon. (Li uzas sekretan lingvon.) - Akoresha iki Esperanto nk'ururimi rw'akabanga. (Akoresha ururimi rw'akabanga.)
  • Ŝi havas multe da ne-Esperantistoj kiel amikojn. (Ŝi havas amikojn.) - Afise abagenzi benshi atari abavuga ururimi rw'iki Esperanto nk'abagenzi. (Arafise abagenzi.)
  • Al vi kiel al esperantistoj mi volas nur diri, ke terure altaj kaj dikaj estas ankoraŭ la interpopolaj muroj. (Mi diros tion al esperantistoj.) - Iwawe nk'abavuga ururimi rw'iki Esperanto, ngomba kukubarira ubu nyene ko impome ziri hagati y'abanyagihugu ziracateye ubwoba mu burebure kandi zisongoye. (Ivyo nzobibwira n'abavuga ururimi rw'iki Esperanto.)
  • Estis tie tiel lume, preskaŭ kiel dum la tago. (Dum la tago estas tiel lume.) - Bigomba kumera nk'ibiboneka ku murango. (Ku murango hariho umuco nk'urya.)
  • Mia frato diris al Stefano, ke li amas lin pli, ol sin mem. (Li amas sin mem.) - Umuvukanyi wanjeyabariye Stefano ko amukunda gusumba we nyene. (Arikunda we nyene.)
  • Estas ja pli bone havi ion, ol nenion. (Oni povus havi nenion.) - Nivyiza gusumba kudafita ikintu na kimwe. (Birashoboka kudafita na kimwe.)
  • Neniam mi amis lin pli multe, ol en la tago, kiam li de tie ĉi forveturis. (En tiu tago mi amis lin multe.) - Ntanarimwe sinigenze ndamukunda atari umusi yaravuye ngaha. (Kuri uwo musi, naramukunze cane.)
  • Antono devis pensi pri io alia ol pri sia ama aflikto. (Li ne pensu nur pri sia ama aflikto.) - Ntoni ategerezwa kwiyumvira ikindi kintu cari kimubakiye ku mutima. (Ntategerezwa kwiyumvira ku kitabakiye umutima wiwe.)

Akenshi ijambo ritangurwa na kiel canke na ol ifatanye gusa na karangura y'izina. Mu gihe iyo karangura ifise itsitso –N, iryo jambo ryo kugereranya ntiritegerezwa kuba rifise itsitso –N kuko iryo jambo ryo kugereranya atari ikintu c'iryungane ritumvikana  :

  • Li uzas domon grandan kiel palaco.Li uzas domon. La domo estas granda kiel palaco. - Akoresha inzu nini nk'iy'ibwami. ≈ Akoresha inzu. Inzu ni nini nk'iy'ibwami.

    Ukugereranya kwisunga gusa ukunganisha inzu. Gereranya na  : 1}Li uzas grandan domon kiel palacon . (Li uzas palacon.)

  • Mi neniam renkontis homon (tian) kiel ŝi.Mi ne renkontis homon, kiu estas simila al ŝi. - Sindigera na rimwe mpura n'umuntu nk'uyu(nkuku kwuyu). ≈ Sindigera na rimwe mpura n'umuntu basa.
  • Ĝi havas du okulojn tiel grandajn, kiel du tasoj.La okuloj estas tiel grandaj kiel du tasoj. - Afise amaso abiri manini nk'ubukombe bubiri. ≈ Amaso abiri ni manini nk'ubukombe bubiri.
  • Li lernis gravajn lingvojn, kiel la Angla lingvo kaj la Franca. (La Angla lingvo kaj la Franca estas tiaj gravaj lingvoj.) - Yize indimi ngirakamaro nk'icongereza n'igifaransa. (Icongereza n'igifaransa ni indimi ngirakamaro.)

    Icongereza n'igifaransa ni uburorero bw'indimi y'ubwo bwoko yize. Birashoboka ko atize ivyo gusa.

  • Mi havas alian proponon, ol la ĵus prezentita. (Mia propono estas alia, ol la ĵus prezentita.) - Ndafise ikindi ciyumviro nkico gihejeje gushikirizwa. (Iciyumviro canje kiratandukanye n'ico kimaze gushikirizwa.)
  • Li havas korpon pli larĝan ol alta. = ... pli larĝan ol ĝi estas alta. - Afise umubiri uvyibushe ariko muremure. = ... uvyibushe ariko atari muremure.

Kiel yerekana ibiyiranga canke igikorwa.

Mu bisanzwe, kiel yo kugereranya yerekana isano (…tia kiel…, …tiel kiel…, n'ibindi.), ariko akenshi yerekana ibiyiranga canke igikorwa.. Kiel bica bisigura « nka, nkuko  » :

  • Mi elektis lin kiel prezidanto. = ...estante prezidanto. ...en mia rolo de prezidanto., ...ĉar mi estas prezidanto. - Naramutoye nkuko ndi uwuserukira abandi. ....... kanatsinda mfise igikorwa co guserukira abandi, ... kanatsinda ndi uwuserukira abandi.
  • Ŝi estus bona por mi kiel edzino! = ...estante edzino! ...en edzina rolo! - Kuri jewe yobaye umugore mwiza ! = … nkuko ari umugore wanje mwiza  ! … mu gikorwa co kuba umugore  !
  • Li naskiĝis kiel Franco, sed mortis kiel homarano. - Yavutse nk'umufaransa, ariko yapfuye nk'umunywanyi yaharaniye agateka k'abandi.

    Igihe yavuka yari umufaransa, ariko yari umunywanyi yaharaniye agateka k'abandi aho yapfa.

Insiguro gusa ishobora kwerekana kiel yerekana isano, ibiyiranga canke igikorwa.

Urashoboye kuronka amungane y'impfunyapfunyo nk'amajambo yo kugereranya ?

Akenshi birashoboka gusubiriza ijambo ritangurwa na kiel kigasubirizwa n'iciyumviro gishitse n'irivuga, ariko ivyo ntibishoboka imisi yose :

  • Li uzas sian hejmon kiel laborejon.Li uzas sian hejmon (tiel), kiel oni uzas laborejon. - Akoresha inzu yiwe nk'ikibanza c'igikorwa. → Akoresha inzu yiwe nkuko hokoreshwa ikibanza c'igikorwa.

    Iciyumviro gitangurwa na kiel gifise insiguro imwe nk'ijambo ritangurwa na kiel.

  • Mi elektis ŝin kiel prezidanton.Mi elektis ŝin (tiel), kiel oni elektas prezidanton. - Namutoye nk'uwuserukira abandi. → Namutoye nkuko botora uwuserukira abandi.

    Indongorazina itangurwa na kiel ifise insiguro imwe nk'ijambo ryo kugereranya. Ijambo ryo kugereranya rimenyesha igikorwa yahawe. Iryungane ritangurwa na kiel ryerekana ukuntu bamutoye.

Amajambo atangurwa na kiel ntari rero (canke si imisi yose) ivyiyumviro bipfunyapfunye.

Bamwe bibaza ko imisi yose bategerezwa gukoresha ijambo muri -KI bakoresha mu ry'ungane rikwiye. Akenshi rero baca bakoresha kia(j)(n) ha gukoresha kiel mu kwerekana ukugereranya kw'ukungana. Iryo koreshwa si irya kera kandi akenshi birashoboka kubura iciyumviro ata nkeka.

  • Li vizitis tiajn urbojn, kia estas Parizo. - Yaratembereye ibisagara nka Paris.Li vizitis (tiajn) urbojn kia Parizo.

    Fuma muvuga  : Li vizitis (tiajn) urbojn kiel Parizo.

  • Li loĝas en la sama urbo, en kiu mi loĝas. - Aba mu gisagara kimwe na jewe.Li loĝas en la sama urbo, en kiu mi.

    Nimupfume muvuga  : Li loĝas en la sama urbo kiel mi.

  • Li naskiĝis en la sama tago kaj en la sama loko, kiam kaj kie mi naskiĝis. - Yavutse umusi umwe n'ikibanza kimwe nka jewe.Li naskiĝis en la sama tago kaj en la sama loko, kiam kaj kie mi.

    Nimupfume muvuga  : Li naskiĝis en la sama tago kaj (en la sama) loko kiel mi.

  • Emilio havis sur si eĉ la saman veston, kiun ŝi tiam havis sur si. - Emiriyo yari yambaye impuzu imwe nk'iyo yama yambaye imisi yose.Emilio havis sur si eĉ la saman veston kiun tiam.

    Nimuvuge nka Zamenhof : Emilio havis sur si eĉ la saman veston kiel tiam.

Mu gihe ijambo ryo kugereranya rifise iciyumviro cikwije, irashoboye gutangungwa na kia, kiu, kiam, n'ibindi., ariko mu gihe ijambo ryo kugereranya ari igihimba c'iryungane kiri ukwaco (ata rivuga), hategerezwa gukoreshwa kiel.

Kvazaŭ

Mu majambo bigomba gusa, harashoboye no gukoreshwa kvazaŭ mu kibanza ca kiel, ariko mu gihe isano rigomba gusa n'iritariryo, ni co dushobora kwitwararika.

  • Dum momento li staris senmova, kvazaŭ ŝtoniĝinta. - Mu mwanya, aguma atinyagaza, nk'ikintu kigumye.

    Mu bisanzwe ntiyari ikintu kigumye.

  • Silente li migris tra la lando, kiu aperis al li kvazaŭ abunda fruktoĝardeno. - Mu gacerere, yarazungurutse igihugu, icaserukira ku murima w'ivyamwa wama.
  • Ĉiu statuo sur la riĉaj sarkofagoj ŝajnis kvazaŭ ricevinta vivon. - Ivyiyumviro vyabo ku masandugu y'abakire bibazako umengo boba basa kuronka ubuzima.

Akenshi utegerezwa gukoresha itsitso - N ( canke ikindi cerekana igikorwa) inyuma ya kvazaŭ igereranya, co kimwe n'inyuma ya kiel : Tiesto ŝtelis filon de Atreo kaj lin edukis kvazaŭ sian propran.

Subira ku ntango