Ku rupapuro rw'ibirimwo

Dushigikire

Dufashe kwamamaza Esperanto! Mu kutugabira muba mudufashije kubandanya dukora!

Paypal

Ivyatanzwe n'umuntu yisangije amakuru bizokoreshwa mu kumwishura gusa. Ayo makuru y'umuntu umwe aregeranwa, bakayatosora, hanyuma bakayakoresha mu kuyarungika mu mategeko ngenderwako.

Kugira lernu! ibeho kandi ikore, ikibabaje n'uko abo dukorana beza cane badakwiye. Kugira twakire abanywanyi benshi, lernu! ikoresha uburyo bwinshi. Kugira iterambere ry'urubuga rikurikiranwe n'ubuhinga bwerekeye ubuhingangurukanabumenyi, mu kwagura no kunagura, {lerni} ikenera umuhinga yabinonosoye ajejwe programmation. Kugira abanywanyi baronke ubufasha buhagije n'inyishu y'ibibazo vyabo mu rurimi rubereye n'umuntu abibereye, hategerezwa kubaho uwubijejwe. Ubundi bwo {lerni} ishaka kuguma imenyesha ivyerekeye Esperanto, itange ubushimwe ku banywanyi bigenza neza canke ikwiragize ibikoresho vyo kwigirako na zakazinduzi zo mu kiesperanto. Ivyo rero bisaba uburyo.

Ku bw'ivyo intererano yawe irakenewe, yaba nto canke nini! Turashimiye vy'imvamutima abantu bamaze kwitanga bakadufashisha uburyo kuri uyu mugambi! Nimba ubishoboye kandi uvyipfuza, ushobora guterera {lerni} mu buryo bw'amahera mu buryo bumwe muri ubu bukurikira:

  • Mu mutekano ushobora kuriha ukoresheje PayPal ukoresheje ikarata ya banki yawe canke ikonte ya PayPal
  • Riha na konte ya UEA ari yo "lern-a" , uce urungikira UEA ivyemeza ko mwarishe hanyuma muce murungikira teamo@lernu.net ikopi
  • Rungika amahera kuri konte y'umwe mu bo dukorana:

    Kultur- und Bildungsprojekte e.V.
    IBAN: DE13 8306 5408 0204 9295 78
    ikode ya BIC/SWIFT GENO DEF1 SLR
    Aderese y'ibanki
    Deutsche Skatbank
    Markt 10
    04600 Altenburg

    Esperantic Studies Foundation
    COP STE CATHERINE CP 60502
    MONTREAL QC H1V 3T8

Subira ku ntango