Ku rupapuro rw'ibirimwo

Ubuce bumwe bumwe buboneka ko ari bubiri bubiri canke nka bwinshi bufise insiguro bwisangije. Bashobora no kubwita uduce turi hamwe.

Kaj... kaj

Rimwe kaj kabiri canke kenshi bikoreshwa mu kudondora canke kudomako. Baca bashira rero kaj imbere y'ikintu ico arico cose birikumwe n'imbere y'ikintu ca mbere. Mu kuvuga ntibigera bashimika nka kaj.

  • Kaj Petro kaj Karlo laboras. - Petero na Karori barakora.

    Bashimika ko igikorwa atari icumwe muri babiri ariko ni ica babibiri.

  • Kaj pluvas kaj blovas. - Yararwa akadandaza.

    Bashimika ku kuntu ivyo bintu bibiri bikorwa.

  • Petro kaj fumas kaj drinkas. - Petero aranywa itabi akongera akanywa inzoga.

    Bashimika ku kuntu akora ibintu bibiri.

  • Kaj ilia amo, kaj ilia malamo, kaj ilia ĵaluzo jam de longe malaperis. - Urukundo rwabo n'inzigo yabo n'ishari ryabo vyazimanganye kuva kera.

    Bashimika ku kuntu vyose bitatu vyazimanganye.

Nek... nek

Igisanzwe nek bisigura ko ata na rimwe. Kimwe nek bisubiwemwo kenshi bisigura ka ata. Uruvangatirane rw'ibintu vyinshi nek ni co kimwe na kaj .... kaj ushizeko no guhakana.

  • Mi renkontis nek lin, nek lian fraton. = Mi kaj ne renkontis lin, kaj ne renkontis lian fraton. - Sinigeze mpura na we canke mwenewabo. = Ntanumwe twigeze duhura, nta na mwene wabo.
  • Nek ĝojo, nek malĝojo daŭras eterne. = Kaj ĝojo, kaj malĝojo ne daŭras eterne. - Nta munezero, nta mubabaro vyamaho ibihe ibihe vyose = Yaba umunezero canke umubabarontivyamaho ibihe vyose.
  • Ŝi estis muta, povis nek kanti nek paroli. = Ŝi kaj ne povis kanti, kaj ne povis paroli. - Yari nyamuragi, ntiyashobora kuririmba canke kuvuga.

Aŭ... aŭ

Uko zikurikirana zerekana ko ibikurikirana nizo zonyene zikenerwa. Itegerezwa kuba imwe murizo, atayindi.Mu kuvuga baca bashimika kuri .

  • Nun ni devas venki morti! - Gushika ubu dutegerezwa gutsinda canke gupfa.

    Ntidushobora gukora vyose icarimwe, kandi ntidutegerezwa kutagira ico dukoze muri ivyo bibiri.

  • vi faris grandan eraron, mi ĉion miskomprenis. - Wagize ikosa rinini, canke kwabaye ukwihenda.

    Ntabundi buryo.

  • Oni povus diri, ke ŝi forgesis ĉion en la mondo, ŝi ne havis forton, por iri pluen. - Twoshobora kuvuga ko, kimwe yatwibagiye twese, canke nta nguvu afise zo kugera kure.

Jen... jen

Mu bisanzwe jen igira impuhwe ku kintu. Kimwe jen muri bibiri canke vyisubiriza akenshi ntibifise insiguro, ariko bituma habamwo ibintu vyisubiriza canke ibishoboka vyemerwa kwisubiriza. Jen... jen = iufoje... alifoje.

  • Jen mi ardas de varmego, jen mi tremas de frosto. - Umwanya umwe ndashura, uwundi mwanya nkajugumira n'imbeho.

    Ibiringo bibiri binkurakuranywako, umwanya ndashuha, uwundi mwanya ndakanya.

  • Ŝia vizaĝo aperigis jen mortan palecon, jen koloron de sango. - Mu maso hiwe herekana ugusinzikara, uwundi mwanya ugucungurwa kw'amaraso.

    Mu maso hagenda hahinduka uko hahera umwanya.

  • Mario videble havis deziron jen koleri, jen ridi, jen premi la manon al tiu ventanimulo. - Icibonekeza Mario yaragomba kwishavuza, uwundi mwanya gutwenga, uwundi mwanya akagomba kutagira ico ashikirije mu majambo.
  • Li okupadis sin jen per tio, jen per alio. - Yafatirwa na kimwe canke n'ikindi.

Ju... des

1}Ju na des zama zikoreshwa ziri kumwe na pli canke malpli. Ju na des zikoreshejwe icarimwezerekana ko imvugo irimwo pli idakoreshwa yonyene.Imvugo irimwo ju yerekana ikintu gikuru. imvugo irimwo des yerekana ikintu ciheka ku kindi.

  • Ju pli da mono ni havos, des pli rapide kaj bone iros kompreneble nia afero. - uko tuzonka amahera niko igikorwa cacu kizonyaruka kandi neza.

    mu gihe amahera abaye menshi, ukwihuta hamwe hamwe n'iterambere ry'igikorwa bizokwiyongera

  • Ju pli alte staras la lingvo, des pli rapide progresas la popolo. - uko ururimi rutera imbere niko n'abantu batera imbere.

    iterambere ry'abanyagihugu riva ku rugero rw'ururimi rwabo.

  • Ju pli da bruo, des malpli da ĝuo. - mu rwamo rwinshi nta munezero uriyo
  • Ju pli grandaj ili fariĝis, des malpli ili volis tion toleri. - uko bakura niko batihanganira ico kintu

    igihe bari bakuze bababarira gake cane

  • Ju pli klare vi elparolas, kaj ju malpli da malfacilaj vortoj vi uzas, des pli bone oni komprenas vin. - uko muvuga neza kandi bukebuke mukores amajambo agoye, bagutahura neza.

    gusigura neza hamwe n'ukugabanya amajambo agoye biratuma ibintu vyumvikana

kenshi des ikoreshwa yo nyene iari kumwe na ju. imvugo irimwo ju nikunda kwumvikana cane

  • La saloneto ne estis vasta, tial des pli frapis la okulojn la eleganteco de ĝia aranĝo. - inzu bamweramwo niari nini kandi ukuaiaho varibonekeza neza.

    iciumviro kiumvikana ni : Ju pli malvasta estas eleganta salono, des pli la eleganteco frapas la okulojn. A

des ikoreshejwe onene irashobora gusubirizwa rimwe na rimwe na tiom.

mu ndimi zimwe zimwe, turashobora gukoresha ijambo rimwe mu mvugo irimwo pli hamwe n'imvugo iyihetseko. ivyo ntibikunda mu ki esperanto. Ju... ju ntiyumvikana. imvugo yerekana intuma irimwo (mal)pli itegerezwa gufita ju, imvugo y'ingaruka mbi nayo irimwo (mal)pli itegerezwa kujamwo des. ntimuvuge Ju pli vi revenos hejmen, ju pli bone. Dites plutôt : Ju pli rapide vi revenos hejmen, des pli bone. . nkuko nyene. ntivyoroshe kuvuga des... des. ariko turashobora kuronka imvugo nyinshi zirimwo ju, zituma haba imvugo zindi zirimwo des canke izindi bisa: Ju pli zorge kaj ju pli malrapide vi faros la laboron, des pli kontenta kaj des pli ĝoja mi fariĝos.

Subira ku ntango