Ku rupapuro rw'ibirimwo

Raba indangurakintu ngufi ngufi y'imvugo y'indimburo bakoresha mu bitabo, Imvugo batanze ahaziboneka mu ndimburo y'iki Espéranto. Mu zindi ndimburo (haba mu ndimburo y'iki Espéranto canke mu zindi ndimi). Izo mvugo zishobora kunyegeza ibindi vyiyumviro. Imvugo yakoreshejwe mu ndimburo ya na mu bisanzwe akurikira mu gukoreshwa muri PAG ya Kalocsay na Waringhien.

adjektivo (Insigarirazina)
Ijambo rikoreshwa rigomba gusigura ico risubirira canke igihimba rikoreshwa nk'izina.
adjekto (Insigarirazina)
Igihimba c'ijambo cerekana ubwo buryo, mu kibanza, ryari, mu buryo ubuhe, n'ibindi habereye ico kintu ukuntu catanzwe. Kira gihimba c'iryungane kitari , atari rukozi , atari ikintu atari ingereka ni ingereka y'ukugene.
adverbo (Intumbuzi)
Ikoreshwa ry'ijambo ryerekana ikintu gikunda gukoreshwa nk'izina (irivuga, ingerekaijambo rikoreshejwe nk'igereka, iyindi ntumbuzi, ijambo rikoreshejwe nk'intumbuzi canke nk'iryungane rikwiye.)
afikso (akajambo-ngereka)
Ijambo nkomoko rikoresha cane mu kwubaka amajambo:suffixeee canke prefixe
afrikato (affirike)
Indagi ibuza guhema neza, hanyuma umuntu agahema neza iyo ariko ayivuga n'ijwi rirenga.
aktivo (gikora)
Icubako gisanzwe c'iryungane rifise rukozi rwerekana uwukora igikorwa. Raba mugirwa (6)
akuzativo (Rwagiriza)
Irihereza -n
apozicio (gihushane)
Igice c'iryungane kiri inyuma y'ikindi gice bisigura bimwe mugabo bitavugwa kumwe.
epiteto (Ingereka)
Bivugwa ko ingereka, ijambo rikoreshejwe nk'ingereka, intumbuzi canke ijambo rikoreshejwe nk'intumbuzi, risigura irindi jambo.
finitivo (irivuga rihadikirije)
Uburyo bw'irivuga rikoreshwa nka mugirwa.
frikativo (firicative)
A 1} consonant huzalishwa kwa kuzuia sehemu ya mkondo wa hewa huzalisha sauti ya kusugua.
futuro (ijayo)
Imivugire y'irivuga ryerekana igikorwa canke ukugene mu mwanya wa kazoza
imperativo (Rubwiriza)
imivugire y'irivuga yerekana itegeko (ikoreshwa rimwe ryayo mu ki esperanto)
indikativo (Kubu)
Imivugire y'irivuga yerekana igikorwa canke ukugene ibintu bimeze.
infinitivo (Iriivuga ridahadikirije)
Umuviugire utagira ico werekana, uterekana ko igikorwa canke ikintu arico, utavuga ko ari ukuri, ugushaka canke ishusho.
interjekcio (gatangazi)
gatangazi
kondicionalo (kazoza ko muri kahise)
umuvugire werekana igikorwa kitabaye, ciyumviriwe canke c'ibintu bitakozwe.
konjunkcio (sahwanya)
agace gahuza ibihimba bibiri vy'iryungane gafise igikorwa mu ryungane
konsonanto (indagi)
Ijwi ribuza guhumeka
lateralo (mu mpande)
indagi ibuza guhumekera mu kanwa hahgati; impemu zica ku mpande z'ururimi.
modo (umuvugire)
imwe mu nyubako zimwezimwe z'amavuga yerekana inyifato z'uwuvuga bivanye nivyo ariko aravuga. Imivugire mu ki esperanto ni irivuga ridahadikirije, mugira, na kazoza ko mwanya wa kahise
nazalo (mu mazuru)
indagi ibuza guhumeka, impemu zigaca mu zuru gusa
negacio (guhakana)
agace ko guhakana
netransitiva (iciyubako)
bivugwa ku rivuga ritajako karangura
nominativo (izina ndondozi)
agace canke insigarirazina terekana igikorwa ca gahwanya canke agasozo keruye
numeralo (bijanye n'ibiharuro)
agace kerekana ibiharuro
objekto (karangura)
igikorwa cerekana neza icakozwe na nyen gukora, bayita kenshi karangura y'irivuga kugira ngo bayitandukanye na karangura y'igenekerezo. Muri iyi ndimburo, ikintu citwa karangura itanzwe na". karangura yitwa karangura y'icakirizikarangura y'igenekerezo nayo yitwa karangura yigihe.
participo (indobeko)
Ijambo ryerekana igikorwa canke ukugene ijwi rimeze, kuri rukozi canke karangura
pasivo (mugirwa)
icubako c'iryungane "rihushanye" ugereranije n'uko vyategrezwa kumera (icubako ca mugira aho karangura iboneka nk'izina)
plozivo (okirizive)
Indagi ivugwa hazibiwe impemu hanyuba zikarekurwa bidatevye.
pluralo (Bwinshi)
Agace kerekana ibintu vyinshi
predikativo (karangura y'irivuga rikene)
Imvugo yerekana rukozi canke karangura ifatanijwe nayo hakoreshejwe irivuga.
predikato (irivuga)
Irivuga shingiro mu ryungane. Irivuga, rikunda gufita rukozi.
prefikso (integuza)
indobeko bashira imbere y'itsitso.
prepozicio (indongorazina)
Agace kerekana igikorwa c'akarwi k'amazina kagakurikira.
preterito (kahise)
inyubako y'irivuga ifasha kwerekana igikorwa canke ukugene ukuntu kimeze kuri kahise.
prezenco (kubu)
Inyubako y'irivuga yerekana igikorwa canke ukugene ikintu kiriko kiraba.
pronomo (insigarirazina)
Agace gakoreshwa mu gusubiriza izina canke akarwi k'izina
singularo (Rudende)
Ubwoko bw'ikintu kimwe
subjekto (rukozi)
Akamaro kerekana ko igikorwa catanzwe n'irivuga mu mero mugirwa.
subjunkcio (sahwanya isanganya)
Agacekerenana karangura y'igenekerezo kakayifatanya n'iryungane nshimikiro.
substantivo (izina)
Ijambo rishobora gufita igikorwa ca rukozi, ikintu, rwitirirwa, karangura y'igenekerezo, karangura y'izina, karangura cankekarangura y'irivuga rikene.
sufikso (Ingobotozo)
Agace kari inyuma y'itsitso.
suplemento (karangura)
Ukudondora kuramvuye (kw'ijambo atari irivuga) werekana isano n'ijambo ryasiguwe hakoreshejwe agace (indongorazina cankerwagiriza) .
transitiva (nshororokerwa)
Bivugwa kw'irivuga rishobora kujako karangura.
verbo (irivuga)
Ijambo rifise igikorwa nk'ic'irivuga mu ryungane. Bagereranya kandi ko irivuga ridahadikirije ari irivuga n'aho iryo rivuga ritogira igikorwa c'irivuga mu ryungane.
vibranto (kijugumira)
Indagi ivugwa hababye ikurikiranwa ribangutse ry'igisohora impemu.
vokalo (indome ivuga)
Ivugwa batazibiye impemu kandi irajako utwatuzo.
vokativo (rwitirirwa)
Igikorwa cerekana uyo ijambo ryerekeye.
volitivo (bijanye n'ugushaka)
Imivugire y'amavuga yerekana ko igikorwa canke ukuntu ikintu kimeze atari ivy'ukuri, ariko ari uko babishaka.
vorteto (agace)
Ijambo idakeneye agasozo rikoreshwa uko rimeze mu ryungane.
Subira ku ntango