Ku rupapuro rw'ibirimwo

Insiguro ya mbere y'indongorazina al, el na ĝis ni iyirongora, ariko ziroshobora gukoreshwa mu zindi nsiguro zitandukanye.

al
intumbero y'ukwiyunguruza: Mvuye kwa sokuru, ubu naho ngiye kwa marume.
intumbero idahinduka; Yishimikije ukuboko ku gihome.
Uwakira ikintu canke uwo igikorwa kigirira akamaro canke kitagirira akamaro: Hainyoni amazi. Mbwira izina ryawe. Arisokoza imishatsi. Mbabarira ! Ugukubagana kwiwe kwambujije gukora agakorwa k'imuhira.
uwumva canke yiyumvamwo ikintu: Je mbona ko, ke ubesha.
Nyene gutunga (kwegamira ): Ishugwe ry'iroza ni irya Teodoro.
inyishu y'ihingura canke y'ihinduka Li disrompis ĝin al mil pecoj. ariko mu bisanzwe bakoresha en + agace -N: Li disrompis ĝin en mil pecojn.
Inyongera n'ugusa (hamwe na aligi, aliĝi, aldoni n'ugusa.) : Ĉu vi jam aliĝis al la kongreso?
Ico bafatirako mu kugereranya ikintu cegereye canke bisa:Proksime al la angulo staris aŭto. Tiu nubo similas al ĉevalo.
el
kuva mu nzu uja hanze:El la tubo fluis akvo. Li eliris el la ĉambro.
Intango, inkomoko, iyo kiva, ukugene kwa mbere, igituma:El kiu lando vi venas? Ŝi tradukis la libron el la Ĉina lingvo. El la knabo fariĝis junulo. El surprizo (= pro surprizo) li preskaŭ falis. Mu kwerekana igituma muri iyi minsi bakunda gukoresha pro.
igikorwamwo ikintu, ubushobozi: La skatolo estis farita el ligno. Unu minuto konsistas el sesdek sekundoj.
akagwi canke umugwi, mu gihe bavuga umuntu umwe wo mu kagwi canke agace kamwe k'umugwi: El ĉiuj miaj infanoj Ernesto estas la plej juna. Trinku el la vino, kiun mi enverŝis.
ĝis
ikibanza ukwiyunguruza gushikamwo ariko kutarenga: Mi akompanis ilin ĝis ilia domo.
urubibe mu kibanza, mu kibuga canke isano: La tuta lago ĝis la transa bordo estas kovrita de glacio.
ikiringo, ingero, urugero, urugero ntarengwa ikintu gifata: Mi laboras de frua mateno ĝis malfrua vespero. La tasko estu preta ĝis la fino de Junio. La prezo falis ĝis du eŭroj.

agasozo N kagiriza na indongorazina de ni utujambo twerekana intumbero.

Subira ku ntango