Ku rupapuro rw'ibirimwo

indongorazina de ifise insiguro nyinshi. nubwo ari uko, irashobora gutanga insiguro idatahuritse. dushobora kwongerako ibindi bice kugira ngo twerekane canke dutore iyindi ndongorazina.

ukwerekana ikibanza ca kure

insiguro ya mbere y'indongorazina de ni ikibanza gitqangurirwamwo ukwiyunguruza

  • Mi venas de la avo, kaj mi iras nun al la onklo. - Mvuye kwa sogokuru, ubu naho ngiye kwa marume.
  • La vento forblovis de mia kapo la ĉapon. - Umuyaga wanyambuye inkofero ku mutwe.
  • Ilia vojaĝo de Delhio al Kalkato estis tre longedaŭra. - urugendo rwabo rwo kuva Deri gushika Calcutta rwabaye rurerure.
  • Rekta linio estas la plej mallonga vojo de unu punkto al alia. - umurongo w'i buryo niyo nzira ngufi uva hamwe uja ahandi
  • For de tie ĉi! - hanze y'aha

Mu gutomora neza, turashobora gukoresha mu gihe bikenewe for de canke disde : La polico prenis la ŝtelitan monon for de la rabisto / disde la rabisto. mu gihe babivuze : …la ŝtelitan monon de la rabisto, twoshobora kwiyumvira ko bashatse kuvuga ngo: vyegukira  : «…amahera yibwe yegukira umusuma.»

imvo, intuma

De ishobora gukoreshwa mu kwerekana imvo canke intuma

  • De la patro mi ricevis libron, kaj de la frato mi ricevis plumon. - Nahawe igitabu na Data, Musazanje nawe yampaye ikaramu.
  • La hebreoj estas Izraelidoj, ĉar ili devenas de Izraelo. - Abaheburayo ni abana b'Isirayeri kuko bakomoka muri Isirayeri.
  • Francisko de Asizo = Uyo Francois akomoka mu gisagara c'i Assise = Francisko el Asizo - François w'i Assise
  • Li paliĝis de timo kaj poste li ruĝiĝis de honto. = ...pro timo... pro honto. - yagize ubwoba, hanyuma agira isoni. = ........kubera ubwoba... kubera isoni.

    bivanye n'ikibituma, mu bisanzwe duca dukoresha pro na elrimwee na rimwe.

  • Ebria de feliĉo, mi alkroĉiĝis al lia kolo. - Saoul anezerewe, niyegetse kw'izosi ryiwe.

ubudasa

De yerekana kenshi ubudasa, ubutandukane, aho vyegukira, kuba kure na kure, kudafatana

  • Mi povus diferencigi la saĝajn de la malsaĝaj! - Noshobora gutandukanya abatekereje n' ibipfamatwi!
  • Kial Vi kaŝas vin de mi? - Kuki unyinyegeza?
  • Nun mi iom liberiĝis de la plej urĝaj el miaj kolektiĝintaj laboroj. - Ubu ndikuyeko ibikorwa vyihutirwa cane nari natanguye.
  • Ĝi estas libera de malsanoj. - Arakarirwa n'indwara
  • Ili loĝas malproksime de ni. - Baba kure yacu

igihe

De ishobora kwerekana intango y'igikorwa kimara umwanya canke uko ikintu kimeze.

  • Li laboras de la sesa horo matene. - Batangura gukora cumi na zibiri z'agatondo.
  • De nun mi ne plu manĝos viandon. - Guhera ubu, singisubira kurya inyama.
  • Mi konas lin de longa tempo. - Namumenye kuva kera.

Mu kwerekana neza ko vyerekana umwanya, dushobora gukoresha ekde canke de post :

ekde
= kuva mu ntango ya
de post
= kuva mu mpera ya

Mu gihe ari umwanya mutoyi, nta budasa bunini nuri hagati ya ekde na de post, ariko mu gihe ari ikiringo, hibonekeza ubudasa bunyomoje : de post ŝia vivo = ekde ŝia morto.

ukwegukira

Kenshi na kenshi de yerekana aho ikintu cegukira (=ugufita, gufita, ihwaniro, agace, imiryango....)

  • Jen kuŝas la ĉapelo de la patro. - Raba ingene Data yambaye neza inkofero.

    Inkofero ni iya Data, nk'ikintu ciwe canke ico atunze.

  • La dentoj de leono estas akraj. - Amenyo y'intambwe arasongoye.

    Amenyo ni ay'intambwe nk'igihimba c'umubiri wayo.

  • Sur la bordo de la maro staris amaso da homoj. - Umurongo muremure wari hampande y'ikiyaga

    Impande ni iy'ikiyaga kuko iri aho ikiyaga giherera.

  • Januaro estas la unua monato de la jaro. - Nzero ni ukwezi gutangurira umwaka.

    Amezi ni ibihimba vy'umwaka.

  • La filo de la reĝo ŝin renkontis. - Yahuye n'umwana w'umwami.

    Umuhungu "yegukira" umwami nk'umuvyeyi wiwe.

  • Mi legos poemon de Zamenhof. - Nzosoma igitito ca Zamenhof.

    igitito «cegukira» Zamenhof kuko niwe yacanditse.

  • Glaso de vino estas glaso, en kiu antaŭe sin trovis vino, aŭ kiun oni uzas por vino. - Igikombe c'umuvinyu ni igikombe kirimwo umuvinyu canke bakoresha mu kunywa umuvinyu.

    Igikombe cegukira umuvinyu kuko gikoreshwa mu kunywa umuvinyu.

  • Ŝi estas profesoro de matematiko. - Yigisha ibiharuro

    Umwigisha "yegukira" ibiharurokuko arivyo yakurikiranye. Dushobora gukoresha kandi pri.

  • Tiu libro estas de Karlo. - Ico gitabu ni ica Karlo

    Tuvuga kenshi aparteni + al : Tiu libro apartenas al Karlo.

  • Ĝi estas de mi. - Ni iciwanje

    Kenshi tuzovuga : Ĝi estas mia. Ĝi apartenas al mi.

rukozi, karangura y'izina, karangura

igice kirimwo de giheraheza iryungane ryerekana igikorwa rikunda kwerekana rukozi, karangura y'ico gikorwa.

  • La kanto de la birdoj estas agrabla. - Ijwi ry'inyoni riraryoshe kwumviriza.

    Inyoni ziraririmba.

  • Li tuj faris, kion mi volis, kaj mi dankis lin por la tuja plenumo de mia deziro. - Ubwo nyene yaciye akora ivyo nshaka, kandi naramushimiye kubona yaciye yishura adatevye ku mugaragaro icipfuzo canje.

    Yishura ku mugaragaro icipfuzo canje.

Kugirango ahinyuze ko ariyo rukozi , harashoboye gukoreshwa fare de : Hodiaŭ posttagmeze okazos akcepto fare de la urbestro. Umukuru w'igisagara azokwakira umuntu.

Menya  : Zimwe muri make fare de muri far, ariko iryo jambo ntiryemerwa n'amategeko kandi ntirinakoreshwa cane.

Kw'isano n'irivuga rihadikirije muri kahise, de akenshi yerekana rukozi, umuntu.

  • Ŝi estas amata de ĉiuj. - Yarakunzwe na bose.

    Bose baramukunda.

  • Li estis murdita de nekonato. - Yarishwe n'umuntu atamenyekanye.

    Umuntu atamenyekanye ni we yamwishe.

  • La montoj estis kovritaj de neĝo. - Imitumba yari yuzuyeko urubura.

    Urubura rwuzuye imisozi.

Harashoboye no gukoreshwa fare de : La infano estis forprenita fare de la patrino. Ariko igisanzwe de akenshi irahagije biri kumwe n'irivuga rihadikirije muri kahise riri muri Mugira. Ariko hakenewe gukoreshwa akajambo gatangurwa na de mu rivuga rihadikirije muri kahise riri muri Mugira., akenshi birakenewe yo kwerekana neza hakoreshejwe disde, for de, ekde canke akajambo bigomba gusa  : La infano estis forprenita disde la patrino. Baramwigije kure ya mama.

Ubwiza.

Akenshi, de yerekana ubwiza, urugero canke ingingo.

  • Ŝi estas virino de meza aĝo. = Ŝi estas mezaĝa virino. - Ni umupfasoni w'imyaka igereranye.
  • Li havas harojn de nedifinita koloro. - Afise imishatsi y'ibara ritadondowe.
  • Li estas de meza kresko. - Afise umubiri ugereranye.
  • bukedo de rozoj = akarwi kagizwe n'amashurwe.
  • reto de komputiloj = Uruganda rugizwe n'ama mashine nyabwonko
  • La knabo havis aĝon de nur ses jaroj. - Umuhungu yarafise imyaka igera kuri itandatu gusa.
Subira ku ntango